Aller au contenu
zarza zarza
Publicité

isôko

Por: Sheï
Kaze mu kiganiro isôko, aho duhuriza ivyiyumviro kugira tumenye twongere dutahure ibijanye n'amagara yo mu mutwe.

Mu kibano cacu birasa nk'ivyibagiwe ariko reka tube mubavyibuka, kandi bavyibutsa abandi.

Mbega amagara yo mumutwe niki?biraba nde?twoyitaho gute? ni bimwe mubibazo tuzogerageza kurabira hamwe mu kiganiro isôko.

Kaze wongere utumire abandi.
10 episodios disponibles

Derniers épisodes du podcast isôko

ZARZA Studio — Votre radio a l'antenne des aujourd'hui : mediatheque, horloge, grille, cabine et rapports, depuis le navigateur.

Decouvrez ZARZA Studio
a l'antenne maintenant radios au catalogue 44 118 podcasts pays